Burundi Discovers Vast Mineral Deposits that Foreign Geologists Kept Secret

Source: Mashariki TV

17 Jul 2024

#Burundi: Harerekanwe ikinogo kirekire c’imetero 250 abazungu bahoze bimbamwo ubutare bugwiriyemwo ubwa #cassitérite na #coltan ku mutumba #Murehe uri muri komine #Busoni mu ntara ya #Kirundo abo bazungu bakaba basize bakizibije isima kugira ngo ntihagire abarundi bazobica n’ikanda banahashira ishamba rikingiwe rya Murehe.

Leave a Reply